Fablice MANI (@FabsVision) header
Fablice MANI (@FabsVision) profile picture

Pan-African Entrepreneur. I love to think things & try them.

🇧🇮 🇦🇺 & 🌐
Joined November 2021
🇧🇮 Kuruno musi wa 24/08/2026 Ni umunezero mwinshi kubafashe iyambere mugushora imitahe mu kigega ca ONE AFRICA INVESTMENT FUND (@ONEAFRICAIF) gitanga amafaranga yo kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura; BUJA CITY PLAZA. Ni umunezero wuko Huguruwe icese umugirwa wo gutangura gutanga IMPAPURO NYEMEZA MUTAHE canke TITRE DE PART canke UNIT TITLE kubamaze kugura imitahe, hamwe nabazobandanya bagura imitahe mu kikega kubuzima bwabo bwose. Urwo RUPAPURO NYEMEZE MUTAHE (neza na neza ninka TITRE y’Itongo) ruba ruriko inomero ndanga muntu idahinduka, kandi rufise agaciro kumutahe uba warashoye mu kigega. Vuba ruzoba rwemerewe kuba wonarusabirako n’Ideni muri bank, hamwe no kurukoresha kw’Isoko ry’Imitahe (Stock Exchange) Ni ubwambere mu mateka y’Uburundi hatanguwe gutangwa izo mpapuro mugisata cabikorera utwabo (Sector Prive).! Ni iterambere rikomeye rituma abantu benshi bashira amafaranga menshi hamwe, mugukora imigambi ikomeye kandi minini cane. Ba Umushoramitahe nawe mu kigega ca ONE AFRICA INVESTMENT FUND. Iterambere ry’Uburundi na Africa yose. Raba Video yuwu mugirwa w’Amateka m’Uburundi kuri iyi link: youtu.be/ucBtlhZIsqA?si=-z85… CONTACTS: (Ushobora kuronka PROSPECTUS canke kuronka urwandiko rwo kwiyemeza kuba umushoramitahe uciye kuri) : oneafricainvestmentfund.com africandreamassets.com email: [email protected] [email protected] (+257)76968705 (+257)66665979 Social Media: @oneafricaif
4
4
696
Ndahimbawe cane gose nka promoter w’Umugambi wa BUJA CITY PLAZA kubona uwu mugambi ubandanya utera imbere, Ubu turi kukivi co kwubaka igice cambere (Phase1). Inkuru nziza kubaguze imitahe mugice cambere. Guhera uyu musi kuwa 28/07/026, Umutahe wahora kuri 103,000BIF waduze kugeza kuri 111,000BIF. Umutahe wahora kuri $103USD waduze kugeza kuri $111USD. Ibice 8% bita Prime d'émission canke Issue premium, Nivyo bizoba inyongeragaciro kabaguze imitahe mugice cambere. Information zose ziri muri PROSPECTUS yemerewe uwariwe wese kandi iri hose. Dushire inguvu hamwe twiyubakire uburundi bwacu. #GodblessBurundi 😎 #Bujacityplaza
3
3
9
607
👷🏾‍♂️🏗️ WE ARE HIRING a project coordinator for BUJA CITY PLAZA. The application submission starts today, You can download the job description at: ubakanationgroup.com/career
2
8
1
22
5,047
🚧 I’m humbly happy of the progress we at UBAKANATION GROUP is making in development & finalising some of our major housing projects #LAKEVIEWPARADISEESTATE & #FABHOMES2AIRPORT. This is a proof of Burundi’s potential investments in housing, infrastructure & Human Resource. We give a good & affordable offerings to those who are looking to buy & own a home in Burundi. Contact us today at: (+257)68814704 _ (+257)76074777 _ [email protected] #Burundi #newburundi #ubakanationgroup #wearebuildingburundi
3
6
15
1,775
🇧🇮🇶🇦 . I’m absolutely humbled to be visited by the Qatari group of Al Mansour Holding led by H.H Sheikh Mansour Bin Jabor Bin Jasim Al Thani, member of the ruling family of the State of Qatar. Visiting LAKEVIEW PARADISE ESTATE developed by UBAKANATION GROUP, offers an opportunity of collaboration in developing Affordable homes, tourism attractions around the coast of Lake Tanganyika and modern infrastructure for better Burundi. God bless Burundi . 🇧🇮🇶🇦🇧🇮🇶🇦 Watch the full video here: youtu.be/j3vGjPoBl4g?si=xc5g…
3
16
1
77
5,709
🙌Happy Independence Day to all Burundians & the friends of Burundi. Today marks 63 years since Burundi gained its independence. We bow down to the hero: Prince Louis Rwagasore of Burundi —————————🇧🇮————————— 💭Let’s keep focusing on building a new Burundi; BURUNDIAN DREAM the ideal that Burundi is a land of opportunity that allows the possibility of upward mobility, freedom, and equality for people of all classes who work hard and have the will to succeed & above all ONE BIG LOVE. —————————🇧🇮————————— 🎺Beloved Burundi, gentle country,
Take your place in the concert of nations,
Acceding to independence with honourable intentions.
Wounded and bruised, you have remained master of yourself. When the hour came, you arose,
Lifting yourself proudly into the ranks of free peoples.
Receive, then, the congratulations of the nations
And the homage of your sons.
May your name ring out through the universe. Beloved Burundi, sacred heritage from our forefathers,
Recognized as worthy of self-government,
With your courage you also have a sense of honour.
Sing the glory of liberty conquered again. Beloved Burundi, worthy of our tenderest love,
We vow to your noble service our hands and hearts and lives.
May God, who gave you to us, keep you for us to venerate,v Under the shield of unity,
In peace, joy and prosperity. —————————🇧🇮————————— Fablice MANIRAKIZA
5
10
1
44
3,472
🚨📺🚨 Ikiganiro ca #FABSVISIONTALKSHOW kiremeshwa na Fablice MANIRAKIZA & Mr. Alain NDUWARUGIRA | Umutumire ni Mr. Alain GAHAMA | Kigufasha kumenya vyishi kuri | BUJA CITY PLAZA | ONE AFRICA INVESTMENT FUND & AFRICAN DREAM ASSETS Subscribe kuri YouTube Channel ya fabsvisionnetwork ntihagire ibizogucika. ➡️ SHARE | SHARE | SHARE ⬅️ Watch now by clicking this link: youtu.be/lNk3SZJI3wE?si=UXGo…
1
7
2
29
2,138
If we don't vote, we are ignoring history and giving away the future. Iyo tudatoye, tuba twirengagije akahise kandi tunatakaje akazoza ——————————————————— Stand up for your rights. #FabsMind
15
9
1
70
4,923
Kurikirana aho ibikorwa vyo kwubaka isoko rikuru rya Bujumbura ‘BUJA CITY PLAZA’ bigeze. Click the link to watch : youtu.be/dXhEBfyGXJU?si=p5tx…
3
6
19
1,105