Jewe maze kubivuga kenshi iyi sura yanje mbi izonzanira ikibazo umunsi umwe...😂 Bigenda gute umuntu aze kumpamagara ngo nice inzoka kandi Hari abandi bahungu bari bicaye ngaho iyonzoka iri😂😂💔💀
55
Ababakobwa babagenzi mfise nibo batuma Jew ngira ubwoba bwokuzana umugore,😂 ibaze umuntu afise umugabo n'abana babiri ariko akaguma ashaka ko aza kukuramutsa naw umu*ye 💀 pourquoi batubaha abagabo babo ?? 😂😂💔💀
57
None wewe muntu uri murukundo upanze nibaguheba uzoca tubigenza gut?😂 Kuko Umwanya n'umwanya bazoguheba tu 😂😂💔💀
64
Ariko amahera ni meza basha..., uyu ni jewe kweli sinkicibuka veiller m'appeler bayigira gute? 😂😂💔💀
73
Wewe urihoreye kubera ubuzima bugukubise😣 Hama ukwumva umuntu arakubwiye ngo " kuvaho waronkeye amahera ntukiyagisha abantu" 😂😂💔💀
1
79
Ejo mw'ijoro mutama yamye arampa ama idées yo kuba murukundo ubwonyene nca mbona ko Abakobwa bakinogihe bari kumwereka ubudasa 😂😂💔💀
1
102
Ibaze wiyicariye muri bus kandi ntanubwo iruzura, hama ugacubona uruhungu nkawe ruje kukwicara impande vraiment 🥺🤤💔
Wew nimba Ufise imburujwa rungika CV Yawe kuri kuri école indépendante bariko bararondera Père Noël 😂😂💔💀
Nk'ubu tuvugana wosanga Hariho umuhungu ahantu apfukamye ariko asoma inda y'umukobwa atari nawe yayimuteye 😂 shaa Abakobwa muragakubitwa n'inkuba 😭😂💔💀
90
Mvyuts Mugitondo nibaza intebe zo kumutwenzi ico ziriko zirakora iwanje nkabura, Kumbe ejo sintigeze ntaha 😂😂💔💀
1
87
Mubisanzwe inkwano niyabakobwa bakiri Vierge, kuko ubiravye nawe ntiwogura ifanta Cank inzoga bamaze kwugurura 😌
87





