EL-Caporal (@BainTuro) header
EL-Caporal (@BainTuro) profile picture

Burundian Artist,Singer, Rapper, Writter Mafia Gang

Burundi
Joined August 2016
Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)Photo by EL-Caporal (@BainTuro)
Mpisemwo kubivugira kuri #twitter nuko ariho inararibonye z'igihugu ziri, iyo video niyo foto ya wakera mubona iriko iragendagenda kumbuga si jewe! Mbaye ndababwira. #tugireamahoro
4
1
1
9
475
Burya iyo abakene babiri bakweganye amaboko mubikorwa hatunga Igihugu! #onenation #onevision #onecountry 🇧🇮
20
DREAM BIG, WORK TILL LAST TIME, STILL HUMBLE 🦅🚥 #LIKE #LOCATION
3
5
21
NDAMENYESHEJE KO JE NTAFUNZWE, IVYO BINTU SIVYO, NDASUBIYEMWO SIVYO Bamfotoye nagiye kugura i Cahier de Menage kuri Zone Kinindo
5
Bazoza benshi bakubwire ko bagukunda, ndetse batobaho batagufise. Ariko iyumvire wibuke ko baje ukuze ariko mama wawe yakumvise umusi wambere umutima wawe utangura gutera. Ninde yogukunda nkawe?
Reka tuze tubabwira aba ba mama bach ko tubakunda bakiriho, gusumba kubikora barigiriye batari buvyumve #LoveUMom
1
Imana ntivyara, ariko irarema 🙏🏽
2
3
15
Kiretse ko namaze kubamenyera nk'umuryango, ndabakumbuye😭 Mbabarira @Empireavenue_ ndi hasi yanyu mungirire ikigongwe. Ndemeza neza ko ibi ntibizongera! Wakoze Rema FM kumpa akanya nkavugana n'abanyakubahwa banje🙏 #Nijwirwawe
1
2
10
Niba hari uwanyanse kuberivyabaye yari asanzwe mfitiye inzigo kuko yanciriye
2
1
6
Mfise ideni rikomeye kubakunzi banje nabakunzi b’umuziki wacu, kubaha umuco kuvyabaye ! Integuro yokunyankisha Abarundi bankunda bayikoreye kuri media nanje niteguriye gukoresha iyo nzira nyene ngo mpumuco abanyakubahwa Abarundi n’abarundikazi bene wacu 🙏🏽 #imanairiho ☝🏼
1
Uwunkoreye ibi wese sumuntu kuri jewe!
6
1
3
10
Hagati mukibuga c'INGOMA gikikujwe impande zose na bene Burundi, mumyambaro yera derere tumurika umuco w'amahoro Nd'umwana w'Uburundi kandi ndavyishimiye.🇧🇮 Turikumwe twese twubake Uburundi bw'umuco! #onecountry #SameVision
1
4
22
Step after step BAIN TURO sur le cover du grand playlist #LaFete “The Best Sounds of the moment in Francophone” #Spotify #Deezer #AppleMusic #YoutubeMusic Link: africori.to/la_fete Stream #AppelleMoi 🚀🌍🇧🇮🚨 #EmpireAvenue #BainTuro #Masterland
4
11
Lol hakuna mganga, Just believe in Allah, my second single did it, imagine the next release🚨🚨
Replying to @BainTuro
@BainTuro ebu niambie mganga wako... coz its not possible kwa week moja upige 20k streams kwa Apple Music ... wengine izo wanazipiga mwezi ao mwaka kiburundi Burundi 🚀🚀🌍 congratulations #AppelleMoi available everywhere
3
8
God Bless my work🙏 #AppelleMoi on @AppleMusic’s biggest playlist #AfroBeatsHits 🚀🇧🇮🌍 music.apple.com/us/playlist/… Keep streaming my new single🚨🚨 @iammasterland #EmpireAvenue
6
11
Get #AppelleMoi Official Video link youtu.be/9PifyeaC8Uo Set reminder and subscribe to my channel #BainTuro #EmpireAvenue #Masterland
5
11