Iris News (@IrisNews_) header
Iris News (@IrisNews_) profile picture

📰 👀 Suis Iris News pour capter l’actu 🇧🇮 en temps réel ! 🎯 Du vrai et du frais - ici et maintenant.

18 Sept. Av., New Space House
Joined October 2022
📢🆕⏳| #HagurukaFund : hasigaye umunsi 1 gusa ngo mumenye vyose ! HAGURUKA FUND, ikigega rusangi ca mbere co kwegeranya imitahe mu Burundi kiratangura vuba. 💸 Ni guhera ku 10 000 BIF; 🆓 Nta faranga na rimwe rikatwa ; ✅ Ni ikigega gitunganijwe na @bankorbitinvest hamwe na @bancobu. 😉 Vyinshi aho bukera.. Bika iyi gahunda, wubake ejo hawe. #Burundi #OrbitInvestmentBank #Bancobu
237
💬 « Ntidushobora gusheta imiliyoni 100 ku bantu birigwa baratubwira ko bazoduhinyanyura nka kwa kundi » Gaspard Kobako 🗳️ Mu gihe Ikiringo catanzwe na CENI co gushikiriza dosiye ku bipfuza guhiganwa mw'itora ry'umukuru w'igihugu ryimirije caraye gisozerewe, Gaspard Kobako yari yashizwe imbere na AND Intadohoka ntiyigeze ashikana dosiye yiwe muri CENI. 🎙️ Kuri #MicroYaIris, abajijwe impamvu yatumye adatanga dosiye yiwe, Gaspard Kobako yatwishuye ko « ivyo abanyeporitike bashikirije umukuru w'igihugu mu kiyago bagiraniye ku wa 15 Rusama 2026, ku vyerekeye ingene hokosogwa utunenge twibonekeje mu matora yo mu 2025 bitigeze bikoregwako » 📋 Gaspard Kobako yabwiye Iris News ko umugambwe arongoye wibwe amajwi mu matora aheruka ndetse ngo hari n'utunenge berekanye twibonekeje mu matora aheruka. 📝 Muri utwo, ngo harimwo abantu batora bakoresheje amakarata menshi, ukwandika abanywanyi mw'ijoro, inyifato zicinyiza iyindi migambwe hamwe n'ukudahabwa urubuga rwa poritike ku rugero rungana, ivyo vyose ngo ntivyigeze bihabwa agaciro. 💸 Kobako ati : « Ntidushobora gusheta imiliyoni 100 kubantu birigwa baratubwira ko bazoduhinyanyura nka kwa kundi » 📰 Uwo yahoze ari umushikiranganji w'ibikorwa vya Reta muri 2003 yavuze kandi ko gushika ubu na CENI itaratomora neza ingene izoha uburenganzira ibinyamakuru gutangaza ikibiriraho ibiriko birabera mu matora. Ngo naco ni ikimenyetso cerekana ko amatora ataco boyitegako. ✅ Yasozereye avuga ko naho biri uko, bazokwitabira amatora nk'abandi barundi bose gusa ngo amajwi y'abo bakazoyaha umu kandida umwe bamaze kwicara bakaraba uwufise imigambi isa n'iyumugambwe wabo. 📌 Ivyo biri uko mu gihe kuri uyu wa 26 Munyonyo, umugwi CENI uzoshikiriza icese urutonde ntabanduka rw'abakandida bemerewe kwitoza muri bamwe 10 bamaze gushikana ama dosiye yabo, abatazoshima ingene vyagenze bakaba bafise uburenganzira bwo kwitura Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro nk'uko bitegekanijwe mw'itegeko rigenga amatora. 🏷️ #Amakuru #IrisNews
2
7
17
8,079
🇧🇮 Le Président @GeneralNeva , Président en exercice de l'Union Africaine, participe à la 5ème Conférence Internationale sur la Santé Publique en Afrique (CPHIA 2026) à Addis-Abeba, en Éthiopie. 🌍 Placée sous le thème : « Africa is Ready, Are You ? », cette conférence réunit chefs d'État, ministres de la Santé, experts et partenaires pour renforcer la sécurité sanitaire, la souveraineté sanitaire et la résilience des systèmes de santé en #Afrique. #CPHIA2026 #UnionAfricaine #AfricaCDC #Burundi
2
7
787
📢🆕⏳| #HagurukaFund : hasigaye iminsi 2 gusa ! HAGURUKA FUND, ikigega rusangi ca mbere co kwegeranya imitahe mu Burundi kigatangura vuba. 💸 Ni guhera ku 10 000 BIF; 🆓 Nta faranga na rimwe rikatwa ; ✅ Ni ikigega gitunganijwe na @bankorbitinvest hamwe na @bancobu. 😉 Vyinshi mu minsi itatu.. Bika iyi gahunda, wubake ejo hawe. #Burundi #OrbitInvestmentBank #Bancobu
1
3
423
👋 Umukinyi Sudi Abdallah yasezerewe mu mugwi nserukiragihugu w'Uburundi 💬 Inyuma y'amajambo aherutse gutangazwa n'uwo mukinyi anegura bimwe mu bibera mu mugwi nserukiragihugu, ishiramwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, ryasohoye icanditse kuri uyu wa 22 Munyonyo , rimenyesha ko ryirukanye Sudi Abdallah, mu mugwi nserukiragihugu. ✍️ FFB isigura ko amajambo yashikirijwe na Sudi Abdallah atashingiro afise, kandi ko ari ayo gucafuza Intamba mu Rugamba. 🧠 Ngo Sudi yanditse ayo majambo atigeze yegera bagenziwe bakinana, ngo ntiyegereye kandi n'umumenyereza na Staff yiwe, canke ngo yegere FFB, abiganire ibitagenda neza. 📢 FFB imenyesha ko ishigikiye umumenyereza n'ingingo afata, kandi ko izokwama iharanira ubumwe mu bakinyi b'Intamba mu Rugamba. 🔙 Tubibutse ko bimwe mu vyari mu butumwa bwa Sudi Abdallah, yavuga ko mu mugwi nserukiragihugu harimwo ikimenyane, harimwo akamwana wa mama n'ibindi. #Burundi #Inkino #IrisNews
4
2
3
12
4,152
#Amatora2027 🗳️ | Les candidats arrivent à la CENI avec de gros sacs pour s'inscrire, mais que contient réellement le dossier de candidature à la présidentielle ? ⤵️ #IrisNews
4
836
👑 #MissBurundi2026 | Le verdict est tombé ! 15 des 20 candidates demi-finalistes décrochent leurs tickets pour la grande finale Rendez-vous le 12 décembre 2026. #Burundi #Beaty #IrisNews
👑 #MissBurundi2026 | Nuit de la demi-finale 👸🏾 Élégance et fierté culturelle au rendez-vous ! A leur entrée, les demi-finalistes ont foulé la scène en pagnes dont voici quelques clichés. 🫰🏾 Get it all in ! Nous couvrons la soirée en live sur notre IG: instagram.com/iris_burundi #Burundi #MissBurundi #Culture #IrisNews
10
2,296
👑 #MissBurundi2026 | Nuit de la demi-finale 👸🏾 Élégance et fierté culturelle au rendez-vous ! A leur entrée, les demi-finalistes ont foulé la scène en pagnes dont voici quelques clichés. 🫰🏾 Get it all in ! Nous couvrons la soirée en live sur notre IG: instagram.com/iris_burundi #Burundi #MissBurundi #Culture #IrisNews
1
14
4,490
📢🆕⏳| #HagurukaFund : hasigaye iminsi 3 gusa ! HAGURUKA FUND, ikigega rusangi ca mbere co kwegeranya imitahe mu Burundi kigatangura vuba. 💸 Ni guhera ku 10 000 BIF; 🆓 Nta faranga na rimwe rikatwa ; ✅ Ni ikigega gitunganijwe na @bankorbitinvest hamwe na @bancobu. 😉 Vyinshi mu minsi itatu.. Bika iyi gahunda, wubake ejo hawe. #Burundi #OrbitInvestmentBank #Bancobu
4
682
#Amatora2027 🗳️📸 | Un samedi chargé à la CENI Francis Rohero, du FP Ineza, Aloys Kamenyero, jusque-là inattendu dans la course, et Agathon Rwasa, tous deux candidats indépendants, ont déposé leurs dossiers de candidature dans la matinée de ce 21 novembre 2026. 👥 D’autres candidats, dont l’abbé Abel Nduwimana et le pasteur Dieudonné Nahima, également indépendants, seraient attendus à leur tour au cours de ce même week-end. ⏭️ Selon le Code électoral, après le dépôt des dossiers, la CENI procède à leur examen et statue sur la recevabilité des candidatures dans un délai de quatre jours calendrier suivant la clôture de la période de dépôt, soit après le 22 novembre. ⚖️ En cas de rejet, un recours peut être introduit auprès de la Cour constitutionnelle, l'institution habiletée pour valider la liste définitive des candidatures après la CENI. #Burundi
2
6
1,791
👑 Amatora 2027 : Aloys Kamenyero, umukandida mushasha yipfuza kuba umwami w'isi yose ahejeje gushikana dosiye itagira ibisabwa muri CENI 🗂️ Mu bariko baratanga ama dosiye yabo, hahejeje kuboneka umu kandida mushasha ariko akaba yaje atazanye ya ngwati y'amafaranga imiriyoni ijana asabwa na CENI hamwe na ba bantu 200 bategerezwa kwemeza ko bagushigikiye. 🗣️ Mu majambo yiwe yavuze ko yipfuza guhindura « système », akagarukana intwaro y'Ubwami kw'isi yose ariko ahereye mu Burundi. 💬 Nayo ku catumye atazana amafaranga imiriyoni ijana hamwe n'ivyemeza vy'abantu 200 bamushigikiye, Aloys Kamenyero yabwiye abamenyeshamakuru ko yagize ikibazo c'umuyagankuba aho asanzwe aba mu Ngagara kandi ko wewe amatora ajemwo atategerezwa gutanga ayo mafaranga kuko ngo ni « referandumu yo kwemeza ko Uburundi buguma mu ntwaro ya republika canke buja mu ntwaro ya cami ». ✉️ Aloys Kamenyero yari yarandikiye Papa Fransisko mu mwaka w'2019 amusaba « kwemerwa ku mugaragaro na Ekleziya Katorika nka Mesiya wa kabiri. » Ico gihe yavugako hari « ibimenyetso vyerekana ko ari we avugwa mu bitabo vyeranda ko azoza ari Mesiya wa kabiri ». ✋ Yasiguye ati : « Ku kuboko kw'i bubamfu, uko imitsi itonze icapa indome « w » na « j » bisigura « With Jesus » mu rurimi rw’icongereza, « Kumwe na Yezu » mu kirundi. » ✍🏾 Aloys Kamenyero si mushasha mu matora kuko yari mu bitoreje ikibanza c'umukuru w'igihugu c'Uburundi mu matora yabaye mu mwaka w'2020 nk'uwigenga. #Amatora2027 #IrisNews
6
1,192
🦠#Ebola | 1,1 million de USD mobilisé pour la riposte en RDC 💰Le ministre des Mines de la #RDCongo, Louis Watum Kabamba, a remis, mardi 17 novembre, un chèque de 1,1 million de dollars américains à la coordination générale du Système de gestion d'incident de la maladie à virus Ebola 17ᵉ vague (SGI MVE 17), représentée par le professeur Jean-Jacques Muyembe. 🤝Cette contribution, mobilisée par le secteur minier, vise à soutenir les efforts de riposte contre l'épidémie et s'inscrit dans la dynamique de mobilisation nationale lancée par le président Félix-Antoine Tshisekedi qui entend faire participer les différents secteurs de la vie nationale à la lutte contre cette urgence sanitaire. 📌 Parallèlement à cette mobilisation financière, des défis sanitaires persistent. Le @MSF tire la sonnette d'alarme sur les délais de développement des vaccins candidats contre la souche Bundibugyo, particulièrement pour les enfants de moins de 12 ans. L'organisation appelle ainsi à élargir l'accès au vaccin ERVEBO, développé contre la souche Zaïre, en attendant la disponibilité d'un vaccin spécifique contre Bundibugyo. 🧪 Les candidats vaccins font encore l'objet d'études dont les résultats pourraient nécessiter plusieurs mois. Pour les enfants de moins de 12 ans, l'attente pourrait être encore plus longue, faute de données scientifiques spécifiques à cette catégorie d'âge. #Burundi #RDC #EbolaWatch #IrisNews
2
525
🚊🇧🇮 BUJUMBURA : Le projet de Tramway parmi les priorités du Burundi, à la recherche de financements 📍 Le Burundi entend faire avancer son projet de tramway pour Bujumbura. Présentée aux autorités nationales, cette initiative entre dans une nouvelle phase, marquée par la recherche de financements et de partenaires capables d’accompagner sa réalisation. 🤝 L’ingénieur Aaron NIYUNGEKO, expert en transport ferroviaire, a récemment présenté le projet au Premier ministre. Il a également pris part à la COP31, à Antalya, aux côtés du Chef du Gouvernement, afin de porter cette initiative auprès des partenaires au développement et des acteurs du financement climatique. 🌱 Le projet s’inscrit dans une perspective de mobilité urbaine durable et de réduction des émissions de CO₂. Le Fonds vert pour le climat figure notamment parmi les mécanismes de financement envisageables, sous réserve de l’éligibilité du projet. 💰 Le Burundi est désormais en quête d’entreprises et d’investisseurs intéressés par un partenariat public-privé (PPP) ou un financement mixte pour contribuer à la réalisation de ce projet. #Tramway #IrisNews
11
10
7
37
23,778
🇧🇮🇪🇺 Burundi – Union européenne : vers un renforcement du partenariat économique et des investissements 📅 Le gouvernement burundais et l’Union européenne tiennent, ce 20 novembre 2026, un dialogue de partenariat à l’hôtel Club du Lac Tanganyika. Cette rencontre est consacrée à l’état de leurs relations ainsi qu’aux perspectives de coopération. 🤝 Le ministre burundais des Affaires étrangères, @Edbiziman, prend part aux échanges aux côtés de plusieurs ambassadeurs des États membres de l’UE, dont Alessandro Villa de l’@UEauBurundi, @CarolineVinot de l’@FranceAuBurundi, et @michwimmer de l’@BelgiumInBuja. 💰 Les discussions interviennent dans un contexte de consolidation des relations entre les deux parties, avec pour ambition de renforcer les investissements, de dynamiser les échanges économiques et de consolider la coopération dans les secteurs d’intérêt commun. #Burundi #UnionEuropéenne #IrisNews
6
17
1,395
⚽ Hagati aho amazi si ya yandi mu mugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba ! 🤳 Inyuma yo gutsindwa na Zambia, hadutse kwagirizanya mu bakinyi no mu bajejwe uwo mugwi. Bimwe bandika bafuta ! Ido n'ido ⤵️ #UmunotaWInkino #IrisNews
2
1
12
3,409
🍃 | Le prix du kilo de thé payé au producteur double, passant de 500 à 1 000 FBu Le @BurundiGov a appouvé cette hausse à l'issue du Conseil des Ministres du 18 novembre 2026 dans le but d’améliorer les revenus des théiculteurs et de les encourager à mieux entretenir leurs plantations. 📉 Le Conseil des ministres s'accorde que les 500 FBu versés jusqu’ici par kilo ne permettaient pas aux producteurs de couvrir les dépenses liées à la culture et à l’entretien des plantations. "Une situation qui aurait progressivement découragé certains d’entre eux.", souligne le Conseil. 🔎 Malgré l’adoption de cette nouvelle rémunération, le Conseil des ministres a toutefois demandé des études approfondies sur le prix de vente du thé sur le marché international et sur les coûts de production. L’objectif est de fixer un prix qui permette aux producteurs de dégager un bénéfice juste, tout en garantissant aux usines un approvisionnement régulier en feuilles de thé. #Burundi
1
1
1
8
788
🔥 UN SEUL MATCH PERDU ? TU PEUX ENCORE GAGNER JUSQU’À 70 FOIS TA MISE ! 😱⚽ Tu as presque tout bon sur ton pari combiné, mais une seule sélection te fait perdre ton ticket ? 👀 Chez BuBet, ce n'est pas forcément la fin ! 🎯 Grâce au Bonus Remboursement, si exactement une sélection de ton pari combiné est perdante, tu peux recevoir un bonus allant jusqu'à 70 fois ta mise initiale ! 💰 Voici ce que tu peux recevoir selon la cote cumulée de tes sélections gagnantes : - Cote de 50 ou plus : 1 fois ta mise - Cote de 100 ou plus : 2 fois ta mise - Cote de 150 ou plus : 3 fois ta mise - Cote de 300 ou plus : 5 fois ta mise - Cote de 700 ou plus : 10 fois ta mise - Cote de 1 250 ou plus : 40 fois ta mise - Cote de 1 500 ou plus : 70 fois ta mise Exemple : tu places un pari combiné de 1 000 FBu et toutes tes sélections sont gagnantes, à l'exception d'une seule. Cote cumulée des sélections gagnantes de 120 : tu reçois un Bonus Remboursement de 2 000 FBu (2 fois ta mise). Cote cumulée des sélections gagnantes de 300 : tu reçois un Bonus Remboursement de 5 000 FBu (5 fois ta mise). Cote cumulée des sélections gagnantes de 1 500 : tu reçois un Bonus Remboursement de 70 000 FBu (70 fois ta mise). 🎯 Comment en profiter ? ✅ Place un pari combiné d'au moins 2 sélections. ✅ Si exactement une sélection est perdante, calcule la cote cumulée de tes autres sélections gagnantes. ✅ Si cette cote atteint au moins 50, tu peux recevoir ton Bonus Remboursement ! Pas besoin de réclamer ton bonus ! 😉 Il est automatiquement crédité si ton pari remplit les conditions de la promotion. 🚀 Rejoins @bubet_burundi dès maintenant et profite aussi de notre bonus de bienvenue pouvant atteindre 250 000 FBu pour ton premier pari perdant ! 🧡 BuBet Utsinze Uraronka ! #BuBet #Burundi #BonusRemboursement #ParisSportifs
267