Dr. Blaise Funenge retweeted
Gutorwa birenga 80 kw'ijana mu matora, umugambwe uba ari uwabanyagihugu canke abenegihugu vy'ukuri? Oya
Kuko nari nababwiye ba gati mpoze ko "utoshobora gufonda ubuzima bwawe kuri Reta itatowe" none raba bamwe bari mu tu agence de voyage bahora ari ADG abandi barazivye bahora ari generari canke minisiri, abandi ndabihojeje gusa barabibona.
Kubera iki vyabagendeye uko ?
KUKO " yatowe [abatowe] birenga 80 kw'ijana canke 90, ...., bisigura ko ata numwe aba yabatoye. ... KO abanyagihugu/abenegihugu ataribo bafata ingingo ..." si Reta mu bisanzwe ni akagwi k'ababingwa utegerezwa kwemera ivyabo nka Reta canke ukicwa, ugapfungwa canke ugahunga akarere kabo donc ukaja muri diaspora ifatanye nigihugu cawe .
Nico gituma Ingingo zose zifatwa zihaza inda ya president na chef d'Etat major w'igisoda n'igipolisi ... kuko nabo nyene bene ubutegetsi. Fatira kur Al Sisi (Misiri), Kagame (Urwanda), Ndayishimiye (Uburundi), Samia Suluhu (Tanzaniya), ...; usanga bipanze ukwo nyene.
Muri make uwutazimenya i Burundi ntazokwitege kazoza muri Reta ihari ubu. Kuko si Reta nyakuri, bisigure ko : Akari mu mpene (abatutsi gushika 2005) ni ko kari no mu ntama (abahutu, kuva 2005) no mu batwa (mu nkwavu ) kariyo; eka no mu baganwa (mu nkoko , gushika 1966) kariyo.
<iframe src="articles.rfi.fr/fr/moyen-ori…" height="800" width="100%" frameborder="0" allowfullscreen="1" allow="accelerometer; autoplay; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture"></iframe>I
Dr. Blaise Funenge retweeted
Replying to @AnotherBurundi @FunengeBlaise
Am disappointed by your reasoning. It seems you r paid to twist the right thinking . Nta education ( ubwenge)nda kubonamwo bwomaririra ikintu Africa canke u Burundi mu ri ibi bihe. Wapi. Umbabarire nimba bikubabaje. Numva ntovyigumizamwo!
Dr. Blaise Funenge retweeted
Replying to @FunengeBlaise
Abipfuza amahoro nimwe mwifuriza abandi gupfa? Nibaza ko wishuye utasomye neza! Intambara zibera mumitima yacu nizo mbi kurusha amajambo tuvuga nicogituma nabo ukurikira ukurikiye ibikorwa vyabo atamahoro batanze kubandi kiretse amajambo babavuzeko kugira habe ababeshwa nkawe!
Dr. Blaise Funenge retweeted
#IPET2024 Nuclear Medicine provides accurate tumor localisation, characteristics and metastasis info to decide the best options for cancer treatment.
Dr. Blaise Funenge retweeted
Au #Burundi exprimer une opinion qui déplaît aux dirigeants vous vaut d'être traité d'« extrémiste » ou pire "d'Inyankaburundi": un ennemi de la nation. Faut-il déduire que seuls ceux qui s'abstiennent de toute critique aiment le pays ? La "démocratie" est juste un slogan?🤔
Dr. Blaise Funenge retweeted
#IPET2024 Nuclear Medicine provides accurate tumor localisation, characteristics and metastasis info to decide the best options for cancer treatment.
Dr. Blaise Funenge retweeted
👉 Uwu Mwubahwa Maitre Rusengo Jean Jacques, Yigisha kuri Kaminuza UB, DG du Commerce akaba ajejwe ibindi bikorwa bikomeye muri CNDDFDD, yagiye muri mission New York lundi iheze ajanye na Liliane Gahungu Assistante du Ministre muri jeunesse et sport, baciye badorongererayo bose.
Dr. Blaise Funenge retweeted
Apwi bijetere 😂😂 namahera abazungu/OCDE baha igihugu kikimenya ingene kizoyakoresha. Muri 2024-2025 reta yuburundi izohabwa nabazungu/OCDE 1723milliards (34% yayazokoreshwa nukuvuga 1/3). Muriyo apwi bijetere 🤣🤣🤣🤣🤣ni 363milliards (7% hafi 1/15 yayazokoreshwa yoose).
Ndazi neza ko iri jambo bamwe bigira abahinga kwi dollari @Consultantxxl baryumvise kandi baziko ari ukuri, ariko ntibazigera bavyemanga!
Dr. Blaise Funenge retweeted
Replying to @FunengeBlaise
Dr @FunengeBlaise kubona nawe uri murayo yabazungi urambabaje Uravuga urwanda uko rutari kuko utaruzi.uri mwigisha uraza urutbere,urabe,uganire nabantu,uzobona ko ayo majwi ayakwiye.mbe kubwawe yari kuronka angah kugira uvyemere???yatow nabanyarwanda kdi nibo azoyobora.Ndamukej
Dr. Blaise Funenge retweeted
@FunengeBlaise woshobora kutwereka uko wabikoze kugira utore ko croissance 10% ishoboka ?
Nashaka nkwibutse ko @BurundiGov iheruka kugira révision à la baisse de son budget et surtout des dépenses réduites aux projets prioritaires.
Donc, si votre prévision se basait sur l'augmentation du budget, il faut revoir vos chiffres.
Dr. Blaise Funenge retweeted
eToro - the world's leading social trading platform Join me and get $500 for free etoro.tw/40len4q #etoro 🫤🫤🫤
Dr. Blaise Funenge retweeted
La BRB n'a même pas procedé à l'interview des 3 meilleurs macroéconomistes de l'époque par peur du coût en 2017. Na Mayondori na Ziranotse bakoresha abize. Aba Dr nibo bigisha aba master. aba master nibo bigisha aba licence naba officier n'a primaire n'a secondaire.
This post is from an account that no longer exists. Learn more
Dr. Blaise Funenge retweeted
Nous avons décidé de publier sur une fréquence mensuelle les points forts de l' #inflation au #Burundi.
Ainsi, pour commencer en voici les points phares pour ces trois derniers mois comparés aux mêmes mois de 2021:
Dr. Blaise Funenge retweeted
Cela montre que certaines décisions sont prises au hazard.
Qui plus est, L'importance de la recherche n'est pas une priorité au près des décideurs.
Cordialement
Dr. Blaise Funenge retweeted
Son ACTIVÉ
NEOM est un lieu fait pour tout changer.
#NEOM
#CreePourChanger
Dr. Blaise Funenge retweeted
Abazi kwiba neza Reta y'uburundi ni bo ba stratèges bashirwa imbere mu bibanza vyiza vy'ugutwara nibo ncabwenge bagaya abize ni nibo batwaye annales aba fonctionnaires haheze 7 ans. Abatwara uburundi #bariyerurutsa imbere yababahaye ubutegetsi aribo barundi.@GeneralNeva .
Dr. Blaise Funenge retweeted
@olg_olegue avuga ko yagumye yandika indirimbo aho yari mu Mpimba: « Narashoboye kwandika indirimbo nyinshi zizonshikana mu 2025. Uyu mwaka ntuzorangira ntasohoye indirimbo imwe,ifise n’amasanamu. Abankeneye mu biteramo no mu bindi bikorwa bijanye n’umuziki, ndi disponible. »


































