UMUCO retweeted
🔴Ishengero « Life Center » ry’i Bujumbura rigiye kwubaka inyubakwa yo gusengeramwo ishobora kwakira n’ibiteramo bijamwo abantu barenga 5000.
=======================
Uyo mugambi ukaba watangujwe ku mugaragaro kuri uyu w’Imana 25 Gitugutu 2026, mu gihe iri shengero ryariko rihimbaza imyaka 21 rimaze rivutse .
📌Nk’uko bishikirizwa n’umwungere wiryo shengero, Pst.Marc KAGISYE, iyo nyubakwa izokwitwa « BETHEL ».
Hambavu yo kwakira abantu barenga 5000, iyo nyubakwa izoba ifise parking mu kuzimu ( muri Cave), ishobora kwakira imiduga irenga 300.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #Gospel #Burundi
UMUCO retweeted
⚠️ Exclusivité : Evariste Ndayishimiye, président de la République, grand invité de Yaga.
Sera-t-il candidat en 2027 ? Quelles sont les raisons de la libération d'Alain Guillaume Bunyoni ? Quel est son point de vue sur l'incendie récemment déclaré dans le dépôt d'armes du “Camp Base” dans la ville de Bujumbura ? Pourquoi les relations entre le Burundi et le #Rwanda restent-elles en dents de scie ? Quelle est la position du #Burundi sur la candidature de Macky Sall ? Quelle solution durable face à la pénurie de carburant ?
Le président #Ndayishimiye se livre à cœur ouvert au micro de Yaga. Cette émission a été enregistrée le 15 avril 2026 et voici son intégralité : youtu.be/CaWnsy69FK8
#GrandFormat #politique
UMUCO retweeted
🔴🐍#BUJUMBURA: Muri karitiye asiatique hari umugabo(Ndayisenga Mousa)ahejeje kwicwa n’inzoka yiwe yarasanzwe atunze.Iyo nzoka ihejeje kumukomora yaciye yitaba Imana ndetse nayo ica irapfa.
Inkuru👇:
facebook.com/share/1HvgPqcSy…
UMUCO retweeted
🎭🎶 Humour, musique, danse… +5 styles en une seule soirée 🔥
💪🇧🇮 Mister Champagne prouve qu’on peut briller sans les grands médias. Une vraie leçon d’audace et d’inspiration pour les artistes burundais
#Burundi
#Abatwip
@Sir_Umuhirwaa2
UMUCO retweeted
🇧🇮 Mister Champagne refrappe fort 💪
🎤👏 Hier,le 10 août,il a rempli pour la 2e fois consécutive l’Arena de Bujumbura,sans sponsor ni promo médiatique, juste la puissance de ses réseaux et de son talent.
#Burundi
#Abatwip
@Sir_Umuhirwaa2
UMUCO retweeted
🛌📚”Imatela 6K,amakaye 4M (azohabwa abanyeshure ba ntahonikora),ama muvelo 60 yo gutekamwo,imipira, n’ibindi bikoresho nka vyose vy’umwaka w’ishure wa 2025-2026 vyaramaze kuboneka”n’ivyashikirijwe na François Havyarimama umushikiringaji w’indero.
Soma👇
facebook.com/share/19ot56jqm…
UMUCO retweeted
Poursuivant les échanges constructifs dans le cadre de la noble mission qui m’est confiée d'Envoyé Spécial du Président en exercice de l'@_AfricanUnion au Sahel, je me réjouis de la qualité de l’entretien que je viens d’avoir avec mon homologue du Burkina Faso, SE Ibrahim Traoré
UMUCO retweeted
🥳 Fête du travail : la médaille d'or et tout le mérite revient au @PAEEJ_Burundi.
🏅 Seuls 4 membres de la Coordination du PAEEJ ont été primés par le Chef de l'Etat, ce 01/05, lors de la célébration de la journée au Stade Intwari en @MairieBuja.
💶 5 millions de Fbu chacun.
UMUCO retweeted
Abarundi bari baciye ubwenge kuko kera bakoze ibintu vyinshi imbere y’uko umukoroni aza. @GeneralNeva yabivugiye I gitega mu nama yagiranye n’urwaruka rukorera mu gisata c’ubuhinga ngurukanabumenyi yatunganijwe na @PAEEJ_Burundi kuri uyu wa 24.04.2024.
UMUCO retweeted
Ce 04/04, le Burundi a accueilli la première édition du Forum Mutima wa Afrika.Organisé par DNF et @ikazeventures pour discuter sur l'avenir prometteur du secteur touristique burundais et du rôle des investissements du secteur privé pour libérer tout son potentiel.
UMUCO retweeted
Abafise ibitutu vy'imigambwe nibabivemwo kuko sivyo Anicet NIYONKURU yaronkejwe ingurane na @PAEEJ_Burundi mu ntara ya kayanza avuga ko atabwoko canke imigambwe bamusavye
vyinshi soma uciye ngaha:
facebook.com/share/p/1A6m1X1…
@GeneralNeva @NtareHouse
UMUCO retweeted
Igitoro harya ca bura bwari ubusuma bwa @SOPEBU abahinga berekana ko ku gitoro cinjiye kuva mu kwezi kwa 11 duba dufise reserve ya y’amezi 4. Ivyo @generalneva yabivugiye mu mwiherero wo kuwa 21-22 facebook.com/umucomedia/post…
UMUCO retweeted
🔴 Un immense merci aux 105 candidates de la compétition #MissBurundi2025 pour leur engagement ! La liste sera publiée bientôt.
À tous ceux qui ont soutenu la société #INGO depuis le lancement officiel et lors de la mobilisation des candidatures, merci !
#Burundi
#IngoTujane
UMUCO retweeted
‼️SPACE 14/01/2025
Theme „Nigute ibiteramo vy Abarundi n abanyarwanda vyotunganywa neza kunyungu y‘ababiteguye,Abitabiriye,n ‚abaririmvyi „
@Umucomedia
@boris_evrard257
UMUCO retweeted
📍Ibibazo bihura n'aba artistes iyo bagiye gukora ibiteramo muzabulaya ni vyinshi. Ni igiki cokorwa kugira ivyo biteramo bitunganywe neza ?
Ni mu kiganiro catunganijwe na @Umucomedia kikazoba kw'igenekerezo rya 14 Nzero 2025 k'umuhora wa (X).
✍️ Kaze 🔥
teapaw.org/i/spaces/1vAxROAjOzVKl


























































