Replying to @PNzitonda
@PNzitonda #Abatwip bakwishure numvireho
#Abatwip Quel abonnement internet noronka mu Burundi ifise nka 10Mbps et à quel prix ?
1
9
Umwe ahora avuga ngo nta Modoka Nziza dufise iwacu ninde? Nasubire aryogore twumve. #abatwip
Mu gihe Big Fizzo aheruka kubikwa akiri muzima, Olga Lorrie yagarutse ku buryo vyagenze umusi abona banditse ko yitavye Imana. #abatwip
https://teapaw.org/t.co/RtL8crwbSK
#abatwip nimba iyi migambi uyu mu Millionaire wa #febabu ariko aravuga ( youtu.be/fGTNwdfxh8U
) azoyishitsa, Basha nciye ngira inyota yo kuzoza ndakurukirana 🏀, kuko numva amahiganwa azoca aryoha basi.
None ibi bintu ko bibandanya kuba bibi gusumba?
#Abatwip
On @bestof257 Space..
Jew (A) ndiko ndumviriza neza ama intervention sans écouteur.
Uwuri uruhande rwanje (B) (Boy 19yo): Uyo muntu barikuvuga ndamuzi.
A: Nivyo? Umuzi hehe?
B: oft, ngira niwe. Ndafise umugenzi yahatswe gufatwa kunguvu nuyo murivyo.
1/n
Replying to @MeDarnaud
@MeDarnaud iki kibazo turasavye udufashe uzoba ukoze. #Abatwip
Replying to @MeDarnaud
Murakoze, nfise kibazo amatego yacu 🇧🇮 ,avuga iki,iyo uwagirizwa icaha,atari kubutaka bw 🇧🇮 ?
1
1
Aho Sha mukobwa wacu @FrancineNiyons4
Imana izokuduhere umugisha.
La Burundaise #Francine_Niyonsaba remporte la finale #Diamond_Ligue_2021 qui se tient dans la soirée de ce 8 septembre à #Zurich. Regardez-la célébrer sa victoire après sa course de 5000m et soulever son trophée diamanté en video. Un parcours sans faille. Bravo @FrancineNiyons4
Do you remember when you joined Twitter? I do! #MyTwitterAnniversary
I #Kigali aba DJ bavugiriza umuziki ingurube akazi karabandanya, abavugiriza abantu karahagaze
gestyy.com/euOEn1
1
Abaririmvyi batari bake baramaze kugerageza kwinjira muri Politique mu bihugu bitandukanye birimwo n’ivyo muri Africa y’Ubuseruko, Bamwe barabashije kwinjira muri urwo rukino, ariko abandi bikaba bitabakundiye. indundi.com/2021/03/12/big-f… via @indundimag
2
Gushika kuri ino saha nta muco uratangwa ku mpamvu zatumye indirimbo Hmm ya @ado_josan na bigfizzo, ibura ku rubuga rwa Youtube umwanya utari muto. indundi.com/2021/03/05/ngibi… via @indundimag #Burundi
Mu gihe hasigaye abigeme 28 muri #MissBurundi, @MowKanzie yigeze kuba igisonga ca 1 ca Miss Burundi yabuze uwo ashigikira muri iryo higanwa nkuko yabashije kuvyandika ku rubuga rwiwe rwa Instagram.
indundi.com/2021/03/05/mow-k… via @indundimag #Burundi
Replying to @GasoreIsmael
@GasoreIsmael ngo nataba Maso ivyo ariko yemera gukora bishobora kumubera umururazi, bigatuma atabona ico yari yiteze. indundi.com/2021/03/02/gasor… via @indundimag #burundi #burundicrisis
Fleury Legend & Bahavu Jeannette abaraye bashinz urwabo imbere y'Imana inyum y'amezi 2 ubukwe bwabo bwahagaze ku mvo zuko ugusezeranya abant mu nsengero vyari vyahagaze i #kigali kuber Corona. indundi.com/2021/03/02/fleur… via @indundimag @fleurylegend @ImpangaSeries #burundi #Rwanda
1
Dj Jackson avuga k afise amakeng mensh k urwo rubug rushobor gufung bidatevy hano iwacu kuber abazoshobor gukoresh urwo rubug bazob ari bake cane kubera ikibazo kijanye n’ukuriha kugira wumvirize izo ndirimbo.
indundi.com/2021/03/01/dj-ja… @indundimag @Spotify @BukivLab #burundi












