
Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni https://teapaw.org/t.co/g3X0UvYrxd https://teapaw.org/t.co/uoNrJhiHZ2
Bujumbura
Joined January 2020
- Tweets5.2K
- Following3
- Followers8.8K
- Likes938
Ubu tuvugana Ibitaro vyambere m'ubuvuzi mu Burundi TANGANYIKA HOSPITAL, site Nyabugete scanneur n'ugwembe. Na site ngozi scanneur en cours, twisuzumishee kare. TANGANYIKA HOSPITAL inyishu kumagara yacu.
NGIYI VIDEO YATUMYE MBA MIRIYONERI. ..youtu.be/tcCcNOlXiH4?si=84Ad… via @YouTube
IYI NIYO VIDEO YATUMYE MBA MIRIYONERI.
NAYISE INTATEMWA, L'ARBRE DE LA VIE ETERNEL.
UGURURA INO LINK WICARE WIGE. youtu.be/tcCcNOlXiH4?si=TjZD… via @YouTube
Uku niko abatambukanyi b'Abakuru b ibihugu bakiriwe ku Kirimba ca Nyenicubahiro Umukuru w Igihugu i #KIRIRI muri Forum du Haut Niveau des femmes leaders riteguwe ku ncuro y'indwi n ikigo @OPDD_Burundi kirongowe na Nyenicubahiro @Burundi1stLady .
Coup d'œil panoramique sur les eaux calmes du lac Rwegura bordé par d'imposantes forêts d arbres, mettant en valeur le contraste saisissant entre l'eau pure et la verdure collinaire...
Photo: Semavumba.
Bienvenue au Burundi... .
Iyi video nari nayishize mw Ihiganwa rya @PAEEJ_Burundi na @MinCommerce ku ma paysages yi Butanyerera. ...
Ibi bisaza babikurahe??
Urwanda nirwubake ibinyoma ku mateka yabo ariko barekane n amateka y Uburundi
Burundi has never been Rwanda. Burundi is not Rwanda, and Burundi will never be Rwanda.
The obsession some Rwandans have with Burundi is unhealthy and increasingly concerning.
Rwandans need to understand that the reason their kingdom was never able to conquer Burundi bwa Nyaburunga is that Abarundi have never shared the same culture, history, traditions, or way of life n’ Abanyarwanda.
Geographically, Burundi bwa Nyaburunga, located approximately 160 km from Rwanda rwa Gasabo, So how was Burundi part of a small kingdom situated in the heart of what is present-day Rwanda. 🤦🏾♀️
Did the Kingdom of Rwanda attempt kurandara in Burundi bwa Nyaburunga? Yes. But those attempts failed miserably.
Uko kurandara ntikwakunze mu gihe cya basokuru; uko kurandaransa ntikuzakunda no muri iki gihe.
Abasokuru b'Abanyarwanda never understood the spirit of UMURUNDI, and judging by the attitudes of some of their descendants, it seems that the generations after them remain equally confused about the Burundian spirit.
It is unfortunate that aba basaza nk'aba bakomeje kuyovya urwaruka rw'Abanyarwanda, feeding them narratives that distort history rather than helping them understand it.
Burundi has its own identity, history, culture, and heritage. That identity is not up for negotiation, appropriation, or erasure.
Uyu Mugabo Teddy Mazina yatanguye Yiyamiriza Umuhisi Pierre NKURUNZIZA birangira yomotse.
Ubu yagiye kwiyamitiza Felix Tchisekedi.
Iyi si arayiruhiyemwo cane. Kuko yahisemwo Umwuga udakiza, Umwuga w Umuvumo.
Ku munoho bano bantu bagira, bizotangira ivyo bafundika bibanaaniye ace yiyamiriza Kagame ace Amuca Umutwe....
Kuva 2007 nfata nkongera nkahinyanyura amasanamu, nubwambere hateguwe ihiganwa riteguwe na @PAEEJ_Burundi NA @MinCommerce Ibicishije muri DGTP kuva itariki 26 gushika 28 GITUGUTU aho hatiko hatonderwa Umuntu yitanze agafata amashusho meza kandi ari original yerekana ivyiza vy Uburundi.
Itariki 30/10/2026 Ku munsi mpuzamakungu wahariwe ba Mukeherarugendo niho hazomenyekana uwabaye Uwambere.
Big Fizzo yaranse kuririmbira muri Bk arena ahitamwo DOGODOGO
youtu.be/IPasgst6ZVY?si=i5Eh…
Kagame n Umujanja, Inyuma yo Gukerera Umutwe Sg Major Kabera Robert, yaciye akora ikiyago n Urubyiruko rw'Abanywarumogi bi Rwanda kugira yibagize ibyabaye...


















