Ngomayasacega (@KamveM) profile picture

Umurundi w’umutima 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Allende, Nuevo León
Joined January 2022
Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)Photo by Ngomayasacega (@KamveM)
Agahugu gatwawe n’agatsiko k’amabandi.abagatuyemwo bafata umwanzuro wo kwicecekera iyo ubabajije ibitagenda neza iwabo,kugutinyako boca bicwa
200
Hari ahantu mbonye amakuru avuga ko umuvugizi wa @Burundi_Police umwubahwa Pierre Nkurikiye yoba yemerewe igifovya c’ amafaranga n’ abansi b’ Igihugu kugira bikunde yinjize mugasho umu-influenceuse @nellynadia3 . Bivugwa ko abo bansi b’ u Burundi bipfuza guca kuri Pierre Nkurikiye kugira yagirize Uyu mwigeme icaha co gutitura imico kama y’ Igihugu cacu Ninyuma yaho habaye @nellynadia3 yishuriye @pnininahazwe kumajambo acapfuza umutambukanyi w’ umukuru w’ igihugu Uyu Pacifique Nininahazwe yaheruka kwandika k’ urukuta rwiwe rwa X Aya makuru ntavyemezo bikwiye ndayaronkera . Uwobigira abimpe inbox
27
6
2
34
23,911
Bamwita #Mukorumbone Nellynat. Yahushuye Umukuru wa Za #Mujeri none zataye umutwe ziguma zinyagara nk'imisiba zibwejagura. Zibweja Dukona, dukona Zibweja. Nya Mihimbiri yari yarihaye #Monopole izi ko Itazomeswa. Nibagume hamwe bawote. Bashaka amahoro birinde kwivanga mubituma dusokora inzara. ....
24
4
2
19
9,918
Ngomayasacega retweeted
Après deux jours de riches échanges et de participation à la 7ᵉ édition du Forum de haut Niveau des Femmes Leaders, les Premières Dames de la République Centrafricaine et du #Sénégal ont regagné leurs pays respectifs, ce 6 novembre 2026.
2
57
68
3,304
Ngomayasacega retweeted
Retour en images sur le Salon international de l’entrepreneuriat féminin, qui s’est tenu à Bujumbura, au #Burundi ! Son Excellence @Burundi1stLady était accompagnée de la Première Dame du Sénégal et de la Première Dame de la République centrafricaine. C’était le 4 novembre 2026.
1
55
60
2,717
Ngomayasacega retweeted
La Première Dame, SE Angeline Ndayishimiye @Burundi1stLady, s’est jointe, ce 18.11.2026 à la population de la province de Bujumbura dans une séance de sport communautaire organisée dans le cadre du club « Pas à Pas – Bien-être pour tous », une initiative qu’elle a mise en place pour promouvoir la santé et le bien-être à travers la pratique régulière de l’activité physique. SE @BurundiastLady encourage régulièrement la population à pratiquer une activité physique afin de préserver sa santé, d'améliorer son bien-être et d'adopter un mode de vie sain
1
55
3
76
8,430
Mubantu bidoga ko bataduzwa ama grades mugi police, @piNkurikiye arimwo.ninawe Kandi bacako kugira bazivye aba influenceurs bahangana n’inyankaburundi.son rôle ni ukubafunga abagiriza gutitura Imico.amatwi ansumira nubu @FOCODE_ iriko umucako kugira afunge @nellynadia3.tubananabo
2
1
1
1
2,843
Mushikanje nkunda cane,iyo muhimbiri ngoni pacifique mwinishe ipilippiri kuko niwo muti urama .hama Abo bagukangisha #cinjire nabo nimba ariwe defense yabo,bihoze tuzoteba tubimenye ivyiwe.umwansi ntakumubabarira nagato.wakoze kumwuriza dunduza
3
2
7
1,974
J-363. Uku Niko bishura ipumbafu
1
1
3
657
For 32 years, this small country relied on emotional blackmail to secure its place on the international stage. Today, it is gradually being relegated to the position it once sought to escape.
1
3
110
They will never show you these images on television, even though they were taken in #Rwanda, precisely in #Kigali.
2
117
Triste réalité
1
30
Zanjiji z’ikigali ngo batsinze 😀😀 Ntamakuru mufise .target nuko urwanda turukura kuri scène international.deal done @FelixMugenzi @dr_dash250 @ScoviaMutesi @SadateMunyakazi
3
2
3
172
Objectif ni ugukura urwanda kuri scène international.macron afise choix 2.
178
Aha mushaka kumbwirako Iyi dossier @yigenga @KUF_ASBL Cank pacifique nazanyanka Burundi zose mutayibomye?turabazi sha .haraho mukora mugasha
90
Bwira abamukomokako ko se wabo apfuye nk’imbwa,apfiriye ubusa,apfiriye inyungu za kagame.iyi Congo muzoyishiriramwo ndabarahiye @dr_dash250 @FelixMugenzi @IntareZamweziGi
1
86
Ngomayasacega retweeted
Retour en images sur la 2ème journée du Forum de Haut Niveau des Femmes Leaders
50
1
74
7,007
Ngomayasacega retweeted
La deuxième journée du Forum de Haut Niveau des Femmes Leaders a été marquée par des panels enrichissants et des échanges constructifs autour de l’autonomisation économique des femmes considérée comme un levier important pour un développement durable et inclusif
1
49
58
1,383