Pinned Tweet
Muri Cndd-fdd, amakuru dufise avuga ko bashobora gukuranamwo imbere y'amatora. Ariko turakebura abarundi, n'iyo vyoshika @GeneralNeva akicwa, canke Ndikuriyo, canke Prime, canke Ndakugarika, ni urukino rwabo ataco rukiza u Burundi. Dutegerezwa kuguma ku ntumbero yo gusenyura DD.
Agathon Rwasa mbere aratsinze amatora incuro 2, barayamwiba, arinumira ahitamwo mbere kwemera quelques sièges à l'AN, ahandi naho ahabwa 3 milliards aca araceceka. Abanywayi biwe bakerewe nk'impene arinumira. Ubu naho agira asubire yicishe abantu! Abarundi ntidusamare ni umuhemu!
Ico bita imburakimazi y'umu Président.
Ibi @GeneralNeva yavuze birenze ubujuju.
N'imbunuza yemewe n'amategeko.
Uyu mugabo Rwasa nawe ngo ashaka aje mu matora!😹😹😹.
Ntihaze hagire uwo asamaza, ni umu DD, ivyo agora vyose ni mikino ya Cndd-fdd.
Ico bakora bumuha amafaranga hanyuma akabakorera ivyo bakeneye.
4
3
1,408
Leonce Ngendakumana ni umushingantahe. Ibi avuze n'ukuri cane. Pacifique Nininahazwe ni umushingantahe, aciye ubwenge, kandi ari équilibré muvyo avuga.n'aba DD, uretse kumutuka kuko abavugira amafuti yabo, ntibashobora kumuhinyuza.
Twe tubona ko akwiye kuba Président w'u Burundi
#Hon. Léonce NGENDAKUMANA est un vrai Démocrate🫶!
Coup de chapeau à vous @pnininahazwe @FOCODE_ pour vos courage et sacrifices envers le 🇧🇮👏🤝❤️.
Mbega yemwe iki kigungubuke @GeneralNeva capfuye gute? Ni agahimbo?
Ni ubujuju?
Yarogoje igihugu be n'umugore wiwe, none ariko arigamba ko ariwe mutunzi wa mbere? 😹😹😹araryumako!
Umunsi umwe ntazogenda atayagarukanye!
Umutunzi wa mbere ku isi 😂
@GeneralNeva
Iki kiwerewere ni nde yakigize président kweli?
@Burundi1stLady @iwacuinfo @Patriote257 @Chimamandamoses
Uyu mushenzi @GeneralNeva ivyo yarwaniye:
- kudahana abasuma
- amajambo y'indya gusa!
- igihugu kitagira igitoro kumara imyaka irenga 6.
- amabarabara yaboze!
- nta matara, inyobwa, imiti, umwavu, ...
Nta n'isoni agira, imyaka irenga 6, aba dd mutoba, mutoborora
403
Mu gihe hari abarundi bariko basaba ko Canada itosubira kugira déportation y'abarundi basaba ubuhungiro, iyi mbonerakure yaje kuburizamwo imyeyerekano ivuga ko mu Bdi ata bwicanyi buhari kubera ubufaranga bahembwa na DD. Ariko amenye ko nawe bashobora kumwica canke ab'iwe!
,@medardmuh, ubu naho yakoze iyindi compte kuri X yiyise Lt. Général Luboya @luboyardc. Ewe Médard urapfuye urupfu rubi. Guta umutwe gusa!
Ugira usahure aba Congomani ga Médard witwaje ifoto y'uwo musoda? Burya iperereza ntiriguhemba? Ayo baguhaye uturira amasoko wayamaze?
Aba @CnddFdd ntakandi kazi mufise atari ukwirirwa mu mabarabara ngo n'iminsi mikuru. Ntabindi bafise mwokora? Kwehera gusa nk'umufa ku rujo!
Le Parti @CnddFdd procédera, ce lundi 16 novembre 2026, au lancement officiel de la Semaine du Combattant, un rendez-vous annuel de mémoire, de reconnaissance et de transmission des valeurs qui ont guidé la lutte pour la paix et la démocratie au #Burundi.
À travers cette semaine, le Parti CNDD-FDD souhaite honorer la mémoire des combattants héroïques tombés au cours de cette noble lutte, préserver leur héritage et transmettre aux nouvelles générations les valeurs de patriotisme, de courage, de sacrifice et de dévouement à la patrie.
Ce sera également une occasion de sensibiliser particulièrement la jeunesse à son rôle dans la préservation des acquis de la paix et de la démocratie, la consolidation de la sécurité ainsi que la construction d'un Burundi prospère pour tous.
Placée sous le thème : « Abarurwanye, tube imboneza mu kubumbatira amahoro n'umutekano; twigishe Imbonerakure ibiranga intwari », l'édition 2026 se déroulera du 16 au 21 novembre.
Les cérémonies officielles de lancement se tiendront à Gifurwe, avec un premier rendez-vous à la succursale de Gifurwe à 09h00 (messe de requiem) suivi des cérémonies au stade Mpanda à 11h30.
Après un périple à travers toutes les provinces du pays, la semaine du combattant sera clôturée le samedi 21 novembre 2026 par une grande cérémonie au Stade Ingoma de Gitega où tous les Bagumyabanga seront rassemblés à partir de 8h00:
Se souvenir de ceux qui se sont sacrifiés, transmettre leurs valeurs et former une génération de patriotes : un héritage à préserver, un engagement à perpétuer, un rendez-vous à ne pas manquer!
451
None nk'uyu ngo ni Président?
Ariko muri Cndd-fdd bariravye babona umuntu boshira imbere yabo ni imburakimazi nk'iyi ivuga ubuvenge gusa!
Amajambo yiwe ni indya gusa!
Shame!
3
774
Ivya museremu twari twabivuze, ehe ng'ivyo birabaye. Imana imufashe ahakure agatwe!
Aho bibereye amayobera, na Museremu batanguye kumwikeka ko atanga amakuru kubo "akarwi ka Neva" kita "abansi b'igihugu".
Ayo ni amakuru yizewe atari urukurukuru. Ntitumwifuza inabi, ariko murumva ko gukorera DD bisa no gukorera Satani kuko impembo aguha ni urupfu canke agasho
618
Va mu majambo mukore akazi. Abarundi isinzi barindiriye kubona ibikorwa bigaragara hanyuma babashigikire. Ubundi muzohava muhereza kwimba izahabu no gufasha M23 gusa.
Nous sommes des résistants déterminés à mettre fin au système anti-constitutionnel du CNDD-FDD qui persécute, affame, exile et assassine quotidiennement notre peuple au #Burundi.
Manifeste de #RED_Tabara 👇
Iyi ni imikino ya @GeneralNeva, ariko akaraba nabi iramuhitana.
2
643
Iperereza rya @GeneralNeva riragukoresha hanyuma rikakwica, canke rikaguheza mu mpimba. @iMuserem aravye nabi aricwa nk'uko yishe abandi! "Ehhh, bati koko, nyina ni umututsikazi, n'umugore wiwe n'umututsikazi, ntako atogurisha igihugu!". Uwuramvye azobona!!!!
Tabariza @iMuserem.
Twama twabivuze, gukorera DD bisa no gukorera Satani. Museremu ntabwo yorohewe na gato. Iperereza ririko rimukorerako, kandi yagirizwa umugambi wo kwica @GeneralNeva na I n'abarundi Njerinus.
Ubu butegetsi bwa @CnddFdd buzohagarika kunyuruza abantu ryari? Iminsi yose ni ukwica abantu ataco bazira. @GeneralNeva hari igihe uhora wibuka ko aba bantu banyuruzwa bakicwa, ntihagire ubutungane bukora, ko uzobibazwa? Azoguhumira!
Burunga – SOSUMO : la disparition d’un ingénieur sème l’inquiétude, deux corps découverts dans la région sosmediasburundi.org/2026/11… via @SOS Médias Burundi
1
1
406
























